5.5 C
New York
Wednesday, July 28, 2021
HomeChelseaPrimus league : Uku Niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 23 ya...

Primus league : Uku Niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 23 ya Primus league

Kuva kuri uyu wa Kabiri w’ igenekerezo rya 19 no kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma ihiganwa rya Primus league ryabandanije ku ndwi ya 23 yaryo.

Uku Niki imigwi yatsindanye:

  • Buja City yatsinze Flambeau de l’est ibitsindo 2 Ku 0
  • Rukinzo Fc itsindwa na Messager buja igitsindo 1 Ku 0
  • Kayanza United yatsinzwe na Musongati Fc ibitsindo 2 kuri 1 Flambeau du centre yatsinze Les lierres ibitsindo 3 Ku 0
  • Bumamuru Fc yatsinzwe na Messager Ngozi ibitsindo 3 Kuri 1
  • Athletico Olympic yatsinze LLBS4A igitsindo 1 Ku 0
  • Olympic Star yatsinzwe na Vital’o Fc ibitsindo 2 Ku 0
  • Aigle Noir inyagira Ngozi city ibitsindo 5 kuri 1.
- Advertisment -

Must Read

Natacha yoba yahawe urucanco rwa COVID-19

0
Natacha iyo abarizwa ku mugabane wa buraya iyo Ari mu karuhuko, yoba yikingishije ikiza ca COVID-19 giterwa n'umugera wa Coronavirus. Ivyo bikaba vyabonetse ku mbuga...