5.5 C
New York
Thursday, April 15, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Nduwarugira Christophe yaguzwe muri Portugal

# Nduwarugira Christophe yaguzwe muri Portugal

Umukinyi w’intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe ata murwi yarafise muri kino gihe yaguzwe muri Portugal.

Hari kw’igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho Umukinyi w’intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe yashira umukono ku masezerano y’amezi 6 yo gukinira umugwi Amora Futebal Clube wo mu cicaro ca gatatu mu gihugu ca Portugal.

Mugihe hari hamazimisi hari amakenga menshi mu bakunzi b’intamba mu rugamba kubijanye n’uwo mukinyi kubona ata mugwi afise, kandi ari umwe mu bakinyi b’intamba mu rugamba bama batangura mu kibuga kandi banizeye mu rukino rw’Intamba mu rugamba na Gabon.

Nduwarugira Christophe akaba amaze gukina Inkino Zitanu muri Amora Futebol Club. Amora Futebol Clube ukaba uri mu kibanza ca 5 mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca Gatatu mu gihugu ca Portugal .

Must Read

Différentes vertus du psaume 07

0
  Pour demander que les blocages au progrès  soient supprimés Une prière pour la protection et la justice de Dieu Faire face à des gens méchants et...