5.5 C
New York
Sunday, April 11, 2021
Home Chelsea #primus league : Uku Niko imigwi igiye guhura kundwi ya 24

#primus league : Uku Niko imigwi igiye guhura kundwi ya 24

Kuva kw’igenekerezo rya 23 na 24 Ruhuhuma umwaka wa 2019 ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya

Uku niko imigwi izohura: Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma umwaka wa 2019

– Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore Isaha indwi n’igice 13h30 Vital’o Fc izohura na Messager Bujumbura .

– Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icumi 16h00 Bumamuru izohura na Kayanza United

– Ku kibuga c’Urukundo isaha icenda 15h00 Ngozi city izohura Musongati Fc

– Ku kibuga citiriwe Urumuri Isaha icenda 15h00 Flambeau de l’est izohura na Aigle Noir Ku musi w’Imana igenekerezo rya 24 Ruhuhuma umwaka wa 2019

– Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore Isaha indwi n’igice 13h30 Les lierres izohura LLBS4A

– Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icumi 16h00 Rukinzo Fc izohura na Buja city

– Ku kibuga c’Umuco isaha icenda 15h00 Olympic Star izohura na Flambeau du Centre

– Ku kibuga c’Urukundo isaha icenda 15h00 Messager Ngozi izohura na Athletico Olympic .

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...