Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi rirabeshuza amakuru ariko arakwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi, avuga urutonde rw’abakinyi bazotana mu mitwe na Gabon.

Urwo rutonde rwiyamirijwe rukaba aruru rukurikira:
1. NAHIMANA Jonathan : KMC ( Tanzanie ) 2. NDIKUMANA Justin: SOFAPAKA ( Kenya ) 3. ARAKAZA MC Arthur : Lusaka Dynamos ( Zambia) 4. NSABIYUMVA Frédéric : CHIPPA UTD( RSA) 5. MOUSSA Omar : SOFAPAKA 6. NGANDO Omar : ASK (Rwanda) 7. HARERIMANA R.Léon : ASK 8. NSHIMIRIMANA David : MUKURA VS 9. NDUWARUGIRA Christophe : AMORA TB Saad ( Portugal ) 10. NIZIGIYIMANA A.Karim : Vipers FC ( Uganda ) 11. DUHAYINDAVYI Gael: Mukura 12. BIGIRIMANA GAEL : Hibernian ( Ecosse ) 13. KWIZERA Pierre : Al Oruba ( Oman ) 14. NAHIMANA Shassiri : AL MOJZEL ( A.Saoudite) 15. MUSTAFA Francis: Gor mahia ( Kenya) 16. SHABANI Hussein : Ethiopian Coffee FC ( Ethiopia ) 17. AMISSI Cédric : ALT’awoun ( A. Saoudite) 18. BERAHINO Saido : Stoke City ( England) 19. Fiston Abdoul : JSK ( Algerie ) 20. SABUMUKAMA Enock : Zesco Utd( Zambia) 21. NDIKUMANA Y.Selemani: AL ADALAH ( Ar. Saoudite ) 22. AMISSI Mohamed: Nac Breda: Hollande 23. MAVUGO Laudit : Napsa Stars ( Zambia).
Uburundi buramutse butsinda Gabon canke bukanganya buzoca baronka uburenganzira bwo kwitabira inkino za CAN 2019 zigiye kubera muri Misiri.