5.5 C
New York
Sunday, January 24, 2021
Home abakinyi bakina hanze Papy faty mu rutonde rw'abakinyi 25 b'intamba bagiye kwitegurira Gabon

Papy faty mu rutonde rw’abakinyi 25 b’intamba bagiye kwitegurira Gabon

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba ari kumwe n’abafatanyabikorwa biwe bamaze gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 25 b’intamba mu rugamba bagiye kwitegurira urukino rwa Gabon rwo mu kwezi kwa Ntwarante Igenekerezo rya 22 umwaka wa 2019 muri urwo rutonde dusangamwo Papy Faty yaramaze imyaka 3 adahamagarwa mu Ntamba ku bw’amagara yiwe atari yifashe neza.

Aba nibo bakinyi 25 bahanagawe akaba ari aba bakurikira :

1. NAHIMANA Jonathan : KMC ( Tanzanie ) 2. NDIKUMANA Justin: SOFAPAKA ( Kenya ) 3. ARAKAZA MC Arthur : Lusaka Dynamos ( Zambia) 4. NSABIYUMVA Frédéric : CHIPPA UTD( RSA) 5. MOUSSA Omar : SOFAPAKA 6. NGANDO Omar : ASK (Rwanda) 7. HARERIMANA R.Léon : ASK 8. NSHIMIRIMANA David : MUKURA VS 9. NDUWARUGIRA Christophe : AMORA TB Saad ( Portugal ) 10. NIZIGIYIMANA A.Karim : Vipers FC ( Uganda ) 11. DUHAYINDAVYI Gael: Mukura 12. BIGIRIMANA GAEL : Hibernian ( Ecosse ) 13. KWIZERA Pierre : Al Oruba ( Oman ) 14. NAHIMANA Shassiri : AL MOJZEL ( A.Saoudite) 15. MUSTAFA Francis: Gor mahia ( Kenya) 16. SHABANI Hussein : Ethiopian Coffee FC ( Ethiopia ) 17. AMISSI Cédric : ALT’awoun ( A. Saoudite) 18. BERAHINO Saido : Stoke City ( England) 19. Fiston Abdoul : JSK ( Algerie ) 20. SABUMUKAMA Enock : Zesco Utd( Zambia) 21. NDIKUMANA Y.Selemani: AL ADALAH ( Ar. Saoudite ) 22. AMISSI Mohamed: Nac Breda: Hollande 23. MAVUGO Laudit : Napsa Stars ( Zambia) 24) Papy Faty Real Kings (South Africa) 25) Shaka Bienvenue Esperence de Tunis ( Tunisie).

U Burundi buramutse butsinda Gabon canke bukanganya buzoca baronka uburenganzira bwo kwitabira inkino za CAN 2019 zigiye kubera muri Misiri.

Must Read

Fiston Abdoulrazaq yavuze icatumye aja gukinira Yanga Africans amezi 6

0
Inyuma yo gushira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Yang Africans wo muri Dar es salaam mu kiringo c’amezi 6 Fiston Abdoulrazaq yashize ahabona...