5.5 C
New York
Tuesday, April 13, 2021
Home abakinyi bakina hanze Primus league : Uku Niko batsindanye ku ndwi ya 25

Primus league : Uku Niko batsindanye ku ndwi ya 25

Kuva kuri uyu wa 26 Ruhuhuma umwaka wa 2019 Ihiganwa rya Primus league ryari riramutse ribandanya Ku ndwi yarya ya 25 .

Hakaba hakinywe inkino zitarenga zibiri kur’uyu wa kabiri w’igenekerezo rya 26 Ruhuhuma.

– Bumamuru Fc yatsinze Buja City ibitsindo 4 kuri 3.

– Vital’o Fc itsinda LLBS4A igitsindo 1 Ku 0 Izindi nkino zizobandanya kuri uyu Gatatu igenekerezo rya 27 Ruhuhuma.

– Ku kibuga c’urukundo isaha indwi 13h00 Ngozi city izokwakira Rukinzo Fc

-Ku kibuga c’imuyinga Olympic Star isaha icenda 15h00 izokwakira Messager Ngozi

– Ku kibuga citiriwe umuganwa rudoviko Rwagasore isaha indwi n’igice 13h30 Messager buja izokwakira Flambray du Centre

– Ku kibuga citiriwe umuganwa rudoviko Rwagasore isaha icumi 16h00 Les lierres izokwakira Aigle Noir

– Ku kibuga c’Urukundo Isaha icenda n’igice 15h30 Kayanza United izokwakira Athletico Olympic

– Ku kibuga c’igitega isaha icenda 15h00 Musongati Fc izokwakira Flambeau de l’Est

Must Read

Rayvanny aseseye agafu Harmonize mu kuvuga ko yashatse kurya inkoko n’amagi...

0
Mw’isezerano rya kera ku basanzwe bemera Bibiliya, hari ahavuga ko ukwihora birekuwe, bati n’ijisho ku rindi, na Rayvanny nawe nivyo yaraye akoze ku rubuga...