5.5 C
New York
Friday, January 28, 2022
HomeBurundiPrimus league| Uku Niko imigwi yatsindanye kundwi ya 25

Primus league| Uku Niko imigwi yatsindanye kundwi ya 25

Kuva kuri uyu wa Kabiri waraye uheze ingenekerezo rya 26 no kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 27 Ruhuhuma ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere.

Imigwi yatsindanye ukaba yatsindanye uku gukurikira:

  • Bumamuru Fc yatsinze Buja city ibitsindo 4 kuri 3

Vital’o yatsinze igitsindo 1 Ku 0

-Kayanza United yatsinze Athletico Onlympic Ibitsindo 3 kuri 2

  • Ngozi City itsindwa na Rukinzo Fc igitsindo 1 Ku 0

-Olympic Star yanganije na Messager Ngozi igitsindo 1 kuri 1

  • Musongati Fc inganya na Flambeau de l’est 0 Ku 0
  • Messager Buja itsinda Flambeau du centre ibitsindo 2 kuri 1
  • Les lierres Itsindwa na Aigle noir ibitsindo 2 kuri 1
- Advertisment -

Must Read

Ibisabisho vya ba batwa b’i Muramvya vyarumviwe muri NCDP

0
Mu makuru yacu aheruka twarababwiye umuzo w'umurundi aba muri Canada azwi kw'izina rya Alphonse Nahimana yaje mu karuhuko hano mu Gihugu. Alphonse Nahimana twansanze ari...