5.5 C
New York
Monday, January 25, 2021
Home homepage Coupe du president : Uku Niko imigwi izohura mu gice 1/8 gishira...

Coupe du president : Uku Niko imigwi izohura mu gice 1/8 gishira ica nyuma

Kuva kw’igenekerezo rya 02 n’irya 03 Ntwarante umwaka wa 2019 Ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu rigiye kubandanya mu gice 1/8 gishira icanyuma.

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ntwarante :

  • Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore Isaha yindwi n’igice 13h30 Les lierres izokwakira LLBS4A
  • Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icenda n’igice 15h30 Buja city izohura na Inter Star
  • Ku kibuga c’Umuco isaha indwi 13h00 Lumiere de Mwumba izohura na Aigle du Noir
  • Ku kibuga c’ingoma kiri I Gitega isaha indwi 13h00 Moso Sugar izohura na Rukinzo Fc
  • Ku kibuga c’Ingoma kiri I Gitega isaha icenda n’igice Flambeau de l’est izohura na Messager Ngozi .

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 03 Ntwarante :

  • Ku kibuga c’ingoma isaha indwi 13h00 Kayanza United izohura na Messager Buja
  • Ku kibuga c’ingoma isaha icenda n’igice 15h30 Flambeau du centre izohura na Musongati Fc.
  • Ku kibuga c’umuco Isaha icenda 15h00 Top junior izohura na Ngozi City

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...