5.5 C
New York
Monday, January 18, 2021
Home homepage Coupe du president : Uku Niko batsindanye

Coupe du president : Uku Niko batsindanye

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ntwarante umwaka wa 2019 ihiganwa ryitiriwe igikombe c’umukuru w’ihigugu ryarabandanije mu gice 1/8 gishira icanyuma.

Uku Niko batsindanye:

– Les lierres yatsinzwe na LLBS4A ibitsindo 3 Ku 0

– Inter Stat itsinda Buja city igitsindo 1 Ku 0

– Aigle Noir itsinda Lumiere de Mwumba ibitsindo 4 kuri 1 – Rukinozo Fc itsinda Moso sugar yo mu Rutana igitsindo 1 Ku 0

– Messager Ngozi itsinda Flambeau de l’est igitsindo 1 Ku 0 Izi nizo nkino ziza gukinwa kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 03 Ntwarante umwaka wa 2019

– Ku kibuga c’igitega isaha indwi 13h00 Kayanz Unites iza guhura na Messager Bujumbura

– Ku kibuga c’igitega icenda n’igice 15h30 Flambeau du Centre iza guhura na Musongati Fc

– Ku kibuga c’imuyinga Isaha icenda 15h00 Top Junior Kayanza iza guhura na Ngozi City

Must Read

Umurundi Didier Touya agiye gukinira umugwi wa Mbeya City wo muri...

0
Umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania wamaze kugura umukinyi w‘umusatirizi w’umurundi Dider Touya yigeze gukinira umugwi LLBS4A. Didier Touya akaba agiye...