5.5 C
New York
Monday, October 18, 2021
HomeBurundiPrimus League : Uku niko inkino z'indwi ya 26 zaraye zigenze

Primus League : Uku niko inkino z’indwi ya 26 zaraye zigenze

Ihiganwa rya Primus league ryaraye ribandanije ku ndwi yaryo igira 26.

Uku niko imigwi yaraye itsindanye:

  • Rukinzo yanganije na Flambeau de l’Est igitsindo 1 kuri 1

-Bumamuru Fc itsinda Vital’o Fc igitsindo 1 Ku 0

-Messager Ngozi Itsinda LLBS4A igitsindo 1 Ku 0

  • Aigle Noir itsindwa na Olympic Star igitsindo 3 kuri 2
  • Les lierres itsindwa na Buja city ibitsindo 2 kuri 1

-Musongati Fc inganya na Flambeau du Centre igitsindo 1 kuri 1

  • Ngozi City itsinda athletics Olympic igitsindo 1 Ku 0
  • Messager Buja itsinda Kayanza United igitsindo 1 Ku 0
- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...