5.5 C
New York
Friday, April 16, 2021
Home Esther Nish Primus League : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 27

Primus League : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 27

Ihiganwa rya Primus league Burundi rigiye kubandanya kundwi ya 27 yaryo kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09 gushika ku w’Imana igenemerezo rya 10 Ntwarante.

Uku niko imigwi igiye gutanda mu mitwe ku bibuga bitandukanye:

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09 Ntwarante :

  • Flambeau du Centre izokina na Bumamuru Isaha indwi 13h00 Ku kibuga c’ingoma
  • Flambeau de l’Est izohura na Athletico Olympic Isaha icenda 15h00 mu ruyigi
  • Aigle Noir imaze gutwara igikombe izohura na Rukinzo Fc Isaha ice da 15hh00 Ku kibiga c’ingoma
  • Vital’o Fc izohura na Kayanza United isaha indwi n’igice 13h30 Ku kibuga c’umuganwa rudoviko Rwagasore
  • Buja city izohura na Messager Ngozi Isaha icumi 16h00 Ku kibuga c’umuganwa rudoviko rwagasore

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 10 Ntwarante

  • Musongati Fc uzokina na Messager buja Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’ingoma
  • Les lierres izokina na Olympic Star Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’umuganwa rudoviko Rwagasore
  • Ngozi City izokina na LLBS4A Isaha icenda 15h00.

Must Read

Différentes vertus du psaume 08

0
Améliorer la confiance, attirer  les clients vers ton commerce Pour retrouver la confiance en soi Pour avoir une faveur dans les transactions commerciales    Contre les maladies des...