5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home Burundi Intamba U 23 : Urutonde rw'abakinyi b'intamba bagiye kwitegurira Congo Brazza

Intamba U 23 : Urutonde rw’abakinyi b’intamba bagiye kwitegurira Congo Brazza

Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Omar Ntakagero ari kumwe na Staff yiwe bashize ahabona urutonde rw’abakinyi 26 b’intamba bagiye kwitegurira urukino rwo kurondera itike yo gukina igikombe ca Africa CAN U 23 ruzobahuza na Congo Brazzaville ruzoba muri uku kwezi kwa Ntwarante igenekerezo rya 20 ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.

Aba nibo bakinyi 26 bahamagawe:

1.Rukundo Onesime(Messager ngozi)

2.Mutombora Fabien(Vipers)

3.Ndizeye Aimé Fales(Aigle noir)

4.Moussa Muryango(Vital’o Fc)

5.Éric Ndizeye(Musongati)

6.Moussa Omar(Sofapaka)

7.Chancel Ndaye(Rukinzo)

8.Kashindi Joseph(Musongati)

9.Ndikumana Chris(Musongati)

10.Bigirimana Ramadhan(Stand United)

11.Nahimana Moussa(Global football academy)

12.Nyange Yousouf(Aigle noir)

13.Shabani Muryango Mabano (Aigle noir)

14.Ndikumana Moussa(Bujumbura city)

15.Ndikumana Trésor(Amagaju)

16.Iddy Museremu(Messager ngozi)

17.Kanakimana Bienvenue(Aigle noir)

18.Aoron Musore(Musongati)

19.Amissi Mohamed(Nac breda)

20.Mavugo Cédric (Aigle noir)

21.Saïdi Irakoze(Musongati Fc)

22.Gakiza Aimé (Messager Bujumbura)

23.Shaka Bienvenue(Etoile du Sahel)

24.Éric Ndoriyobija(Stand united)

25.Jules Ulimwengu(Rayon sport)

26.Kubuntu Ismaïl(L.L.B S4a).

Bikaba bitegekanijwe y’uko abakinyi bose bazokwinjira mu mwiherero ku musi wa mbere isaha icenda n’igice 15h30 mu kigo c’ubuhinga “Centre Technique”.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....