Burundihomepagekirundikirundi_SportsYvan muziki

Coupe du Président : Uku niko imigwi izohura mu gice 1/4 gishira icanyuma

Kuva u musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante umwaka wa 2019 ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona ukungene imigwi izohura mu nkino z’igice 1 /4 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’ihigugu.

Nk’uko twabisomye inkino zose zizoba kw’igenekerezo rya 04 Ndamukiza umwaka wa 2019.

  • Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’ingoma Igitega Inter Star izohura na Messager Ngozi Fc
  • Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’Umuco Imuyinga Aigle Noir izohura na LLBS4A
  • Isaha icenda 15h00 Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore Ngozi City izohura na Musongati Fc
  • Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’urumuri mu Ruyigi Rukinzo Fc izohura na Kayanza United .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 281