5.5 C
New York
Saturday, January 16, 2021
Home Akes Don Amasanamu makurumakuru yaranze iyakirwa rya Natacha i Burundi

Amasanamu makurumakuru yaranze iyakirwa rya Natacha i Burundi

Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha yatahuka avuye mu gihugu kibanyi c’Ubuganda kuzana agashimwe yatahukanye muri Hipipo Music Award akaba yagatsindiye akubise hasi abaririmvyi nka Mbosso wo muri Tanzania, Mankind (Kenya), Joyce Blessing (Ghana), King Monada (South Africa), Shekhinah na Yovi wo muri Nigeria.

Aya ni amwe mu masanamu makurumakuru yaranze iyakirwa ryiwe ashitse i Burundi :

Must Read

Moustapha Francis yaguzwe na Costa Union yo muri Tanzania

0
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Nzero 2021, niho Umukinyi w’umurundi Moustapha Francis Njali yaguzwe n’umugwi Costa Union wo mu gihugu ca Tanzania,...