5.5 C
New York
Saturday, April 10, 2021
Home homepage Mohammed Amissi ntiyagiye gukina urukino rwa Congo Brazza

Mohammed Amissi ntiyagiye gukina urukino rwa Congo Brazza

Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Mohammed Amissi ntiyifadikanije na bagenzi we muri Congo Brazzaville .

Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 , Umugwi Congo Brazzaville uzoba wakiriye Umugwi w’intamba mu rugamba wa batarenza imyaka 23 mu rukino rwo kurondera itike yo gukina igikombe ca CAN U 23 , umukinyi Muhammed Amissi akina mu mu mugwi NAC Breda wo mu cicaro cambere muri Hollande umugwi wiwe wamwankiye ko akina urwo rukino .

Untandaro yoba yatumye bamwankira ko akina urwo rukino rwo gusubiriza n’uko ngo woba umukeneye vyihuta ndetse n’uyo umukinyi Ku musi w’Imana yari amaze gufata indege imushikana mu gihugu ca Hollande .

Mohammed Amissi akaba ari umwe mu bakinyi b’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba ya batarenza imyaka 23 yagoye cane abakinyi b’inyuma b’umugwi wa Congo Brazzaville .

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...