Umukuru w’igihugu yatekereye intamba mu rugamba amajambo y’inkoramutima
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yaranezerejwe n'itsinzi y'intamba mu rugamba. Inyuma y'aho umugwi w'intamba mu rugamba wari uhejeje kunganya na Gabon igitsindo 1-1 mu rukino rwo!-->!-->!-->!-->!-->…