5.5 C
New York
Sunday, January 24, 2021
Home Burundi Primus league : Uku niko imigwi igiye guhura ku ndwi ya 28

Primus league : Uku niko imigwi igiye guhura ku ndwi ya 28

Ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 28.

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Ntwarante umwaka wa 2019:

  • Buja city izakwakira Musongati Fc isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore .
  • Messager Buja izakwakira Les lierres ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icumi 16h00
  • Messager Ngozi izokwakira Aigle Noire ku kibuga c’urukundo isaha icenda 15h00
  • Olympic Star izokwakira Flambeau de l’Est i Muyinga isaha icenda 15h00.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 31 Ntwarante :

  • Athletico Olympic izokwakira Bumamuru Fc ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha indwi n’igice 13h 30
  • Vital’o Fc izokwakira Rukinzo Fc isaha icumi 16h00 ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore .
  • Kayanza United izokwakira LLS4A ku kibuga c’Urukundo isaha indwi 13h00
  • Ngozi city izokwakira Flambeau du centre ku kibuga c’Urukundo isaha icenda n’igice 15h30

Must Read

Fiston Abdoulrazaq yavuze icatumye aja gukinira Yanga Africans amezi 6

0
Inyuma yo gushira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Yang Africans wo muri Dar es salaam mu kiringo c’amezi 6 Fiston Abdoulrazaq yashize ahabona...