5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home homepage Coupe du Président : igice 1/4 gishira ica nyuma kigiye kubandanya

Coupe du Président : igice 1/4 gishira ica nyuma kigiye kubandanya

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryamaze gushira ahabona ibibuga n’amasaha inkino z’igice 1/4 gishira ica nyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugilu zizobera.

Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 06 Ndamukiza umwaka wa 2019:

  • Aigle Noir izokwakira LLBS4A ( i Muyinga ) isaha icenda 15h00
  • Rukinzo Fc izohura na Kayanza United ( mu Ruyigi ) isaha icenda 15h00
  • Inter Star izohura na Messager Ngozi ( i Gitega) isaha icenda 15h00
  • Ngozi City izohura na Musongati Fc ( PLR) isaha icenda 15h00

Mukamenya y’uko inkino z’igice 1/2 gishira ica nyuma ko zizoca zikinwa igenekerezo rya 20 muri uku kwezi kwa Ndamukiza , mugihe urukino rwa nyuma narwo rutegekanywa kuzokinwa kw’igenekerezo rya 4 Rusama umwaka wa 2019.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....