5.5 C
New York
Wednesday, January 20, 2021
Home homepage Ikirangamisi c'ihiganwa ry'abigeme

Ikirangamisi c’ihiganwa ry’abigeme

Ihiganwa ry’abigeme ryo mu cicaro ca mbere ry’uyu mwaka wa 2019 rigiye gutangura

Iryo higanwa rikazoba rigizwe n’imigwi 10 gusa.

Uku niko imigwi izohura :

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 6 Ndamukiza umwaka wa 2019

  • Rainbow izohura na Lacolombe isaha zitanu 11h00 ku kibuga c’igitega
  • Inyange Fc izohura na PVP Buyenzi mu rumonge isaha zitanu 11h00
  • Lionne Fc izohura na OnzeEtoiles i gihanga isaha zitanu 11h00
  • Ubuntu Women Fc izohura na Christ roi mu Kayanza isaha zitanu 11h00

Nayo ku musi w’Imana igenekerezo rya 07 Ndamukiza umwaka wa 2019 hategekanijwe kuzoba urukino rumwe gusa ruzohuza Fofila Of hamwe na Lionne Star. Urwo rukino ruzobera i Ngozi rutangure igihe c’isaha zitanu zomu gitondo (11h00).

Must Read

Kigali yasubijwe muri Gumamu rugo ( Lockdown )

0
  Guhera kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 19/1, Kigali yose yasubiye kandi muri Guma mu rugo, intandaro n’ibitigiri bibandanya biba vyinshi vy’abagwaye COVID-19 bibandanya...