5.5 C
New York
Wednesday, April 14, 2021
Home abakinyi bakina hanze Shaka Bienvenue agiye gusubira mu kibuga

Shaka Bienvenue agiye gusubira mu kibuga

Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Shaka Bienvenue amagara yiwe yifashe neza muri kino gihe.

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 1 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho uyo mukinyi w’intamba yatangura imyimenyerezo n’abandi bakinyi bakinana mu mugwi Etoile du Sahel wo mu gihugu ca Tunisia .

Shaka Bienvenue akaba yari afise imvune kw’ivi ryiwe ry’uburyo yatumye amara ikiringo c’amezi abiri adahonyoza ikirenge mu kibuga mbere no mu nkino intamba mu rugamba z’abakiri bato hamwe n’abakuze ntiyigeze aboneka mu kibuga kubw’iyo mvune.

Must Read

Amadorari arenga imiriyoni 49 niyo akenewe kugira uwo mugambi uranguke

0
Amafaranga arenga imiriyoni mirongo ine n’icenda z’amadorari y’abanyamerika niyo akenewe kugira umugambi wo kugwanya koronavirisi uranguke neza. Menshi muri ayo azokoreshwa mu kugura ibikoresho...