5.5 C
New York
Monday, October 18, 2021
HomehomepageOle Gunnar afise icizere co gutsindira Fc Barcelona iwabo

Ole Gunnar afise icizere co gutsindira Fc Barcelona iwabo

Manchester united ishobora gusezerera Fc Barcelona iwabo.

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 10 niho umugwi Manchester United wakira Fc Barcelona mu rukino rwo gutangura, urwo rukino rukaba rwaraye rurangiye Fc Barcelona itsinze Manchester United igitsindo 1 ku 0.

Inyuma y’urwo rukino umumenyereza wa Manchester United Ole Gunnar yishuye abamenyeshamakuru y’uko bazogenda afise icizere co gutsindira Fc Barcelona iwabo naho ari umugwi ukomeye.

Gunnar yagize ati : “Dukina n’umugwi ukomeye cane tuzogenda iwabo tufise icizere co kubatsindira iwabo , urugero twerekanye mu rukino rwigeze gutuhuza na PSG ruraduha icizere c’uko dushoboye ariko duzokina n’umugwi ukina umupira mwiza “.

Mukamenye y’uko urukino rwo gusubiriza ruzoba kuku musi wa kabiri w’indwi iza igenekerezo rya 16 Ndamukiza umwaka wa 2019 i New camp muri Espagne .

- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...