5.5 C
New York
Friday, April 16, 2021
Home abakinyi bakina hanze Ndikuriyo Patient yaguzwe muri Kenya

Ndikuriyo Patient yaguzwe muri Kenya

Uwahoze ari umunyegori wa Aigle Noir Patient Ndikuriyo yaguzwe muri Kenya.

umunyegori yahoze asamira umugwi Aigle Noir Ndikuriyo Patient kuri uyu wa gatatu uheze igenekerezo rya 10 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho yashira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Vihiga United imyaka ibiri.

Patient Ndikuriyo akaba asanzwe avukana n’umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana asanzwe asamira umugwi Sofapaka Fc wo mu gihugu ca Kenya.

Yarasamiye imigwi itandukanye ya hano iwacu nka Union Sporting , Les lierres , Flambeau de l’est , hamwe na Aigle Noir .

Must Read

#Double Jay: Raba ivyiza yungutse Inyuma yo gutahukana Isanganiro Award

0
Ni ku ncuro y'icenda(9em édition)Radio Isanganiro itunganya ihiganwa ry'itiriwe (Isanganiro award)Aho batora ururirimbo ruzoharirwa umwaka.     Abaririmvyi nka Rally Joe,Yoya,Mkombozi,N John,Bernise the bell n'abandi..... Nibo bamaze gutahukana...