Inyuma y’uturirimbo dutandukanye amaze gushira ahabona, Holy Cost, Igira Neza, Amahoro yanje n’amateka, uwo muririmvyikazi yahoze muri Redemption Voice yashize ahabona akandi karirimbo gashasha, ako nako s’akandi ni Isengesho yakoranye na Prince Mshindi. Ako kakaba kashizwe ahabona muri iri joro ryaraye rikeye.
Fofo Favie yakoranye akaririmbo na Prince Mshindi
Must Read
Karim Nizigiyimana abarizwa muri Bukavu Dawa
Inyuma yo kuva mu mugwi Wazito Fc wo mu gihugu ca Kenya agaca amara umwanya munini adakina , uwahoze ari kizigenza w’intamba mu rugamba...