5.5 C
New York
Tuesday, April 20, 2021
Home Esther Nish Primus League B : Uku niko inkino zagenze

Primus League B : Uku niko inkino zagenze

Ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri Primus league B ryarabandanije mu mpera z’iyi ndwi twaraye turangije.

Uku niko inkino zagenze :

  • Top Junior yanganije na Lumiere de mwumba igitsindo 1 kuri 1
  • Moso sugar Fc inganya na Busoni Star
  • Buhumuza Fc itsindwa na Royal Fc ibitsindo 2 kuri 1
  • Inter Star itsinda Aigle Noir ibitsindo 2 ku 0
  • Muzinga Fc Fc itsindwa na BsDynamic ibitsindo 3 kuri 1
  • Volontaire Fc itsinda Les jeunes Athletic ibitsindo 2 kuri 1
  • Rumonge city inganya na Les elephants igitsindo 1 kuri 1
  • Delta Star itsinda Unité ibitsindo 3 kuri 1.

Must Read

Amazi asigaje isantimetero 50 kugira agere ahashikira ibidandazwa

0
Imiriyaridi zababa 2 z'amafaranga y'amarundi niyo akenewe kugira ikivuko ca Bujumbura kibangamiwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika gisanurwe mu kurindirika ibikorwa vyo kucagura. Umushikiranganji ajejwe...