5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
HomeAkes DonRockstar, akaririmbo kahuriyemwo Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed

Rockstar, akaririmbo kahuriyemwo Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed

Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed bashize ahabona akaririmbo gashasha bise Rockstar, ari naryo zina rya Label yabo.

Inyuma y’uturirimbo nka Ni Wewe yasohoye ashima Imana kuba akiri muzima, inyuma y’igihe yaramaze arwaye, hamwe na You are the Best yaheruka gushira ahabona haraheze indwi nka 2, Ommy yashize hanze akandi karirimbo.

Ako karirimbo kashizwe hanze, kakaba kabonetsemwo abaririmvyi nka Alikiba, hamwe n’uwundi muririmvyi asa nkaho ari mushasha muri Label Rock star yitwa Cheed.

- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...