5.5 C
New York
Saturday, July 24, 2021
Homehomepage# Indundi Sports| Tchabalala yatowe nk'umukinyi yaranze ukwezi mu mugwi akinamwo

# Indundi Sports| Tchabalala yatowe nk’umukinyi yaranze ukwezi mu mugwi akinamwo

Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yatowe nk’umukinyi Wa Ethiopian Coffée Sc yaranze ukwezi kwa Ntwarante .

Kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho bashira ahabona ukuntu abakinyi bagiye bakurikira Ku manota akaba yaronse amanota agera Ku bice 46% mugihe uwumukurikira yaronse amajwi y’ibice 22%.Tchabalala akaba yaratanguye gukina mu nkino zo gusubiriza bita (Retour ) amaze gukina inkino zine gusa .

Mukamenya y’uko Hussein Shaban Tchabalala akaba ari umwe mu bakinyi bemera cane muri uyo Mugwi wa Ethiopian Coffée Sc .

- Advertisment -

Must Read

Kurabira hamwe uko amafaranga ya Reta ariko arakoreshwa ni kimwe mu...

0
Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 22 Mukakaro 2021 hatangujwe i Gitega ku murwa mukuru wa poritike umwihwezo w’abagize Reta y’Uburundi. Uwo mwiherero uzomara imisi...