5.5 C
New York
Wednesday, December 1, 2021
HomeEsther NishPrimus League B : uku niko batsindanye kundwi y'9

Primus League B : uku niko batsindanye kundwi y’9

Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rya Primus League ryarabandanije ku ndwi igira 9. Uku niko imigwi yarushanije :

  • Unité Fc yanganije na Lumière de Mwumba 0 ku 0
  • Busoni Star yatsinzwe na Royal ibitsindo 2 ku 0
  • Top Junior yatsinzwe na Delta Star igitsindo 1 ku 0
  • Dynamic itsindwa na Rumonge city ibitsindo 3 ku 0
  • Muzinga Fc itsindwa na Les éléphants ibitsindo 2 ku 0
  • Moso Sugar itsinda na Buhumuza igitsindo 1 ku 0
  • Top Junior itsindwa na Delta igitsindo 1 ku 0
  • Aigle Noir inganya na les Jeunes igitsindo 1 kuri 1
- Advertisment -

Must Read

Muri Hipipo Music Awards ibihangange ngo ntaco bizohanoba Imbere ya Natacha

0
Indirimbo nshasha pakuchena ya Natacha ngo itegerezwa gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Uganda irimwo, Hipipo Music Awards, ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwahoze ari...