5.5 C
New York
Thursday, May 6, 2021
Home Esther Nish Primus League : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 30

Primus League : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 30

Ihiganwa rya Primus league rigiye kurangira .

Izi nizo nkino z’indwi ya 30 ariyo ndwi yanyuma zigiye guhura

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza umwaka wa 2019 :

  • Isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore Messager Buja izokwakira Aigle Noir .

Kuwa gatandatu igenekerezo rya 27 Ndamukiza umwaka wa 2019 :

  • Isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore Vital’o Fc izokwakira Ngozi City
  • Isaha icenda 15h kuri CTN, LLBS4A izokwakira Bumamuru Fc
  • Isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Urukundo Ngozi City izokwakira Kayanza United
  • Isaha icenda 15h00 ku kibuga ivyizigiro Rukinzo Fc izokwakira Flambeau du Centre
  • Isaha icenda 15h ku kibuga c’i Gitega Musongati Fc izokwakira Athletico Olympic
  • Isaha icenda 15h ku kibuga co mu Ruyigi Flambeau de l’est izokwakira Les lierres
  • Isaha icenda 15h00 i Muyinga Olympic Star izokwakira Buja City .

Must Read

Urugendo bahora barihira ibihumbi 8 bariko barurihira ibihumbi 15

0
Abo ni abipakiza imiduga bavuye mu gisagara ca Bujumbura baja mu bumanuko bw’igihugu, aho bitaboroheye kwiyunguruzaku muhingamo wo kuri uno wa kane. Intanduruko ni ikiraro...