5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeAmissi Cedric yafashije Al tawoon kunyagira Al hilal

Amissi Cedric yafashije Al tawoon kunyagira Al hilal

Umukinyi w’intamba mu rugamba Amissi Cedric abandanya yitwara neza mu gihugu ca Arabie Saudite.

Mu rukino rw’igikombe ca Kings Cup rwaraye ruhuje Al tawoon asanzwe akinamwo hamwe na Al Hilal rwarangiye Al tawoon unyagiye Al hilal ibitsindo 5-0

Muri ivyo bitsindo habonekamwo igitsindo ca Cedric Amissi igitsindo yinjije ku munota wa 56.

Al tawoon ukaba ariwo mugwi uzokina final n’umugwi uzotsinda hagati ya Al itihad hamwe na Al Nassir.

Cédric Amissi akaba ari umwe mu bakinyi b’intamba mu rugamba bitezwe gukora ibintu bikomeye mu nkino za CAN 2019

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...