5.5 C
New York
Monday, October 18, 2021
HomeEsther NishLeague B: Uko batsindanye ku ndwi igira 10

League B: Uko batsindanye ku ndwi igira 10

Ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije mu mpera z’indwi iheze ku ndwi yaryo gira icumi.

Uku niko imigwi yatsindanye

  • Les jeunes Athletico yatsinzwe na Muzinga Fc ibitsindo 2 kuri 1
  • Top Junior itsinda Busoni Star ibitsindo 2 Ku 0
  • Aigle Noir B yatsinze les elephants ibitsindo 2 Ku 0
  • Volontaire Fc yatsinze BS Dynamic ibitsindo 2 kuri 1
  • Inter Star itsinda Rumonge City igitsindo 1 Ku 0
  • Unite Fc yatsinze Buhumuza Fc igitsindo 1 Ku 0
  • Delta Sta yatsinze Royal Fc ibitsindo 3 kuri 1
  • Lumiere De Mwumba itsinda Moso Sugar igitsindo 1 Ku 0
- Advertisment -

Must Read

Meme Meili yavuze ku mafaranga yakoresheje muri “Arabesha”

0
Ya ndirimbo "Arabesha" ya Meme Meili ngo ntiyovuga ko Ariwe yayikoreye canke ngo Afise Management imufasha muri ivyo bikorwa vyiwe vy'umuziki, ariko ngo arafise...