Umukuru w’igihugu yaraye ahaye agashirukabute intamba mu rugamba
Inyuma yo kuronka uburengenzira bwo kwitabira amahiganwa ya CAN 2019 agiye kubera muri Egiputa umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Peteto Nkurunziza yaraye ahaye agashirukabute umugwi w'intamba mu rugamba. Kuri!-->!-->!-->!-->!-->…