
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryabandanije kundwi yaryo igira 5.
Kuri uyu wa gatadandatu igenekerezo rya 05 Rusama umwaka wa 2019 .
- I Ngozi isaha zine zo mu gatondo 10h FOFILA PF yakinye na Christ Roi
- I gihanga isaha zitanu 11h Lionnes Fc yahuye na Rain Bow
- Mu Kayanza Isaha zitanu 11h Ubuntu Women yahuye na La Colombe Ku musi w’Imana igenekerezo rya 05 Rusama umwaka wa 2019 :
- I Bujumbura Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore Isaha zine zo mugatondo 10h PVP Buyenzi izohura na Lionne Star
- Mu Rumonge isaha zintanu zo mugatondo 11h Inyange Fc Izohura na Onze Etoiles
Uku niko bagenda basumbanya amanota :
1) Fofila Pf ( Ngozi) ifise Manaota 10
2) PVP Buyenzi ifise amanota 10
3) Onze Etoile ( Kinama) ifise amanota 7
4) La colombe Fc ( Buja ) ifise amanota 6
5) Rain bow ( Gitega) ifise amanota 6
6) Ubuntu women Fc ( Kayanza) ifise amanota 6
7)Lionnes Star ( Ngozi) ifise amanota 5
8)Lionnes Star ( Ngozi) ifise amanota 4
9) Inyange Fc ( Rumonge ) ifise amanota 3
10) Christ roi ( Gitega ) ifise amanota 0