5.5 C
New York
Monday, November 29, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeMavugo Laudit yatsinze ibitsindo 3 wenyene atahana umupira

Mavugo Laudit yatsinze ibitsindo 3 wenyene atahana umupira

Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Mavugo Laudit abandanya yitwara neza mu gihugu ca Zambia

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Napsa Star ukinamwo Mavugo Laudit wari wakiriye umugwi Forest Rangers mu rukino rw’indwi ya 14 y’ihiganwa ryo muri Zambia, urwo rukino rukaba rwarangiye Napsa Star utsinze Forest Rangers ibitsindo 3-2.

Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Mavugo Laudit akaba ariwe yatsinze ivyo ibitsindo 3 wenyene atahana umupira nkuko amategeko abivuga.

Mavugo Laudit akaba aciye arara mu kibanza cambere mu bakinyi bafise ibitsindo vyinshi mw’ihiganwa ryo muri Zambia yaciye akwiza ibitsindo 10.

- Advertisment -

Must Read

Preeze ngo yahebeye abandi muri Platform show awards 2021

0
Preeze ari mu gitigiri c’abaririmvyi bari bashizwe mw’ihiganwa rya Platformshowawards 2021 mu gice ca Hip Hop/Rap, ariko yasavye gukurwa muri iryo higanwa. Akoresheje urubuga rwiwe...