5.5 C
New York
Wednesday, May 12, 2021
Home homepage League B : Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 11

League B : Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 11

Mu mpera z’indwi yaraye irangiye ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri League B ryarabandanije ku ndwi yaro igira 11.

Uku niko imigwi yatsindanye :

  • Rumonge City yatsinze Les Jeunes Athletic ibitsindo 3 kuri 1
  • Muzinga Fc inyagira Aigle Noir B ibitsindo 5 kuri 1
  • Busoni Star yatsinzwe na Delta Star ibitsindo 3 kuri 4
  • Bs Dynamic yatsinze Inter Star ibitsindo 2 kuri 1
  • Les elephants yatsinze Volontaire Fc igitsindo 1 Ku 0
  • Moso Sugar yanganije na Unite Fc igitsindo 1 kuri 1
  • Top Junior yatsinze Bumamuru Fc ibitsindo 3 Ku 0
  • Royal Fc yatsinzs Lumière de Mwumba ibitsindo 3 Ku 0.

Must Read

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 28

0
Inyuma y’inkino z’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 28, igenekerezo rya 14 Rusama...