5.5 C
New York
Monday, September 27, 2021
HomehomepageUmuryango w'umuhisi Papy Faty wagarukiweko nabo muri Melanti Chiefs

Umuryango w’umuhisi Papy Faty wagarukiweko nabo muri Melanti Chiefs

Umuryango w’umuhisi Papy Faty wagendewe nabo muri Melanti Chiefs yahora akinamwo ndetse n’uwusanzwe ari mu ndongozi zirongoye ihiganwa ryo mu gihugu ca Swaziland .

Izo ndongozi zikaba zashitse mu gihugu kuva kwigenekerezo rya 09 Rusama umwaka wa 2019 zizananye n’ikiziga canyakwigendera Papy Faty .

Amakuru Indundi Sports yaronse n’uko nazo nyene zaje gushingurana iteka nyakwigendera Papy Faty hama zice zikora ikiyago n’umuryango wa Papy Faty ku kukuntu bazoriha amahera y’amezi nyakwigendera Papy yari asigajemwo gukina muri Melanti Chiefs .

Papy Faty akaba yashinguranwe iteka ku musi wa gatanu uheze igenekerezo rya 10 Rusama umwaka wa 2019.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ukwubaka urwiwe ntibiri mu mutwe wa Niyonsaba...

0
Abigeme benshi bama bipfuza abagabo babakwa ariko kuri Francine ivyo we ngo aracabibona nk’indoto. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nyakanga 2021, isaha zine...