5.5 C
New York
Tuesday, January 18, 2022
HomeComediesUrutonde rw'abakinyi 27 ba Aigle Noire bazotana mu mitwe n'intamba mu rugamba

Urutonde rw’abakinyi 27 ba Aigle Noire bazotana mu mitwe n’intamba mu rugamba

Umumenyereza mukuru w’umugwi Aigle Noire Fc Joslin Bipfubusa yamaze gushira ahabona abakinyi 27 bazotana mu mitwe n’umugwi w’intamba mu rugamba mu rukino rw’ikivandimwe bise Intamba Day ruzoba igenekerezo rya 31 Rusama umwaka wa 2019 igihe c’isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.

Aba nibo bakinyi 27 bazotana mu mitwe n’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba .

1.NDIZEYE Aime Fales
2.NIJIMBERE Thierry
3.SEIDOU Keita
4.BAREKENSABE Hassan
5.RAGIRYIMANA Evrard
6.NGABONZIZA Blanchard
7.MISAGO Jules
8.NDIKUMANA Asman Garden
9.HITIMANA Hamza
10.BIZIMANA Kelvin
11.MOSSI Tresor
12.NTWARI Eddy Patrick
13.IRAKOZE Piclaire
14.KANYAMUNEZA Christian
15.BANDA Dennis
16.AKIMANA Akonkwa
17.NZEYIMANA Omar
18.KWIZERA Patrick
19.GASONGO Benjamin
20.NZOJIBWAMI John Franck
21.AGATEKA Béni Christ
22.NAHIMANA Eloi
23.MUTIMA Olivier
24.NDAYEGAMIYE Ami Twite
25.SEBURIBA kenet
26.MABANO shabani
27.SELEMANI Mustafa.

- Advertisment -

Must Read

Indyarya ya Emery Sun ngo niyo yaje guhumuriza abatari abakunzi b’ibishegu

0
Umuririmvyi w’umurundi azira igishegu ngo ni Ir Emery Sun, ivyo ni ibiheruka gushikirizwa n’umuririmvyi akaba kandi n’umuhinyanyuzi Pacifique Nzitonda benshi bazi nka Paci Etoile...