Ihiganwa rya Primusic ryatanguriye mu Ntara ya Cankuzo kuri ino ndwi ya kabiri igenekerezo rya 28 Rusama aho ubonako hahindutse umu ambassadeur kuruhande rw’abigeme akaba yari umuririmvyikazi Miss Erica,akaba azoba umu Ambassadeur kuri ino ndwi ya kabiri mu Ntara zine arizo Cankuzo,Ruyigi,Gitega ,Karusi.


