https://www.youtube.com/watch?v=QNT-k2aZXJs&feature=youtu.be
Umumenyereza w'Intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko ahejeje gushira ahabona urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rwa kivandimwe rugiye kubahuza na Algerie ruza…
https://www.youtube.com/watch?v=gcz911_oHvg&t=16s
Hamissa ntavuga rumwe n'abantu babona ikibazo kuba Diamond aheruka gushira kuri Instagram foto y'umwana bavyaranye, naho yabiheruka kera. Ivy'ishirwa kuri Instagram ry'umwana wa Mobeto na se, vyahavuye…
Naho afise abagenzi benshi, Big Fizzo yemeza ko hari abatari bake amaze gukura muri ico gitigiri, n'abasigaye bafise umunwa muremure ngo arabazi ku mutwe. Big Fizzo aheruka kuvuga ko hari indirimbo iri mu rukurikirane…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.