Amagara ya Kwizera Pierrot ngo yifashe neza ubu
Ugukomereka kwa kwizera Pierrot kwari kwababaje benshi muri kino gihe uyo mukinyi amagara yiwe ngo ameze neza. Inyuma yo gukomerekera mu rukino rwahuje Intamba mu rugamba hamwe na Algeria akamara imisi itatu adakora…