5.5 C
New York
Tuesday, April 20, 2021
Home homepage CAN2019 : Urutonde rw'abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga

CAN2019 : Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko yamaze gushira ahabona abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rw ‘umusi wa kabiri wa CAN ruza kubahuza na Madagascar kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27 Ruheshi, igihe c’isaha icumi n’igice zo kumugoroba (16h30) ku masaha ya hano iwacu.

Aba nibo bakinyi 11 baza gutangura mu kibuga :

1) Nahimana Jonathan
2) Nizigiyimana Karim Makenz
3) Nduwarugira Christophe Lucio
4) Ngando Omar
5) Nsabiyumva Fréderic
6) Gael Bigirimana
7) Fiston Abdoulrazzaq
8) Gael Duhayindavyi
9) Saido Berahino
10) Nahimana Shassir
11) Cédric Amissi

Must Read

Rukinzo yatakaje inkino zibiri za mbere muri Tuniziya.

0
Igihugu ca Tuniziya nico kiriko gitunganya ihiganwa rikomeye rya CAVB rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyabo kuva kw'igenekerezo rya 16 gushika kurya...