HomehomepageUku niko baraye batsindanye mw'ihiganwa ry'abigeme

Uku niko baraye batsindanye mw’ihiganwa ry’abigeme

Ihiganwa ry’abigeme mu cicaro ca mbere ryaraye ribandanije ku ndwi yayo igira 12.

-Onze Etoile yatsinzwe na La Colombe ibitsindo 4 ku 0

– Ubuntu Women yatsinze Lionne FC igitsindo 1 ku 0

– Rain Bow yatsinzwe na Fofila PF ibitsindo 3 kuri 1

– Christ Roi yatsinzwe na PVP Buyenzi ibitsindo 2 kuri 1

– Inyange FC yatsinze Lionnes FC igitsindo 1 ku 0

Uku niko bagenda barasumbasumbanya amanota :

1) PVP Buyenzi: ifise amanota 34

2) Fofila PF : ifise amanota 34

3) La Colombe Fc : ifise amanota 30

4) Rain Bow : ifise amanota 19

5) Inyange Fc : ifise amanota 16

6) Ubuntu Women : ifise amanota 13

7) Lionnes FC : ifise amanota 11

8) Lionnes Star : ifise amanota 10

9) Onze Étoile : ifise amonota 8

10) Christ Roi : ifise amanota 0

- Advertisment -

Must Read

Mwarabu ngo nta kantu yongera muri Rolex ziwe

0
Kuva ku mafaranga 30,000 fbu, uno musi akaba afise abakozi 10 ahemba, agaburira kandi anarihira aho baba, Gahungu David abatari bake bazi nka Mwarabu,...