Impari ni zose Ku mwigeme azokwakira Diamond Platnumz
Umwigeme azakira Diamond Platnumz avuye I Bujumbura ntaramenyekana. Impari rero ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi kuri uwo mwigeme ashobora kuzomwakira. Impari ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi I Kigali kubera umukobwa…