5.5 C
New York
Thursday, July 29, 2021
HomehomepageMatch Amical : Ibiciro vyo kwinjira kurorera urukino rw'Intamba na Rukinzo vyagiye...

Match Amical : Ibiciro vyo kwinjira kurorera urukino rw’Intamba na Rukinzo vyagiye ahabona


Mu ntumbero yo kwitegurira inkino za CHAN 2020 hamwe n’igikombe ca Africa Confederation Cup 2019-2020 , umugwi w’intamba mu rugamba w’abakinyi bakina hano ugiye gutana mu mitwe n’umugwi wa Rukinzo Fc mu rukino rwa kivandimwe rugiye kubahuza kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 21 Mukakaro umwaka wa 2019 igihe c’isaha icenda 15h00 ku kibuga c’Intwari .

Ibiciro vyo kwinjira vyagiye ahabona :

-Ku mpande z’ikibuga benshi bita Pourtour ni amafaranga 1000Fbu

-Mu bwugamwo bw’iteka A na D ni amafaranga 2000Fbu

-Mu bwugamwo B na C ni amafaranga 3000Fbu

– V.I.P nayo ni amafaranga 5000Fbu

- Advertisment -

Must Read

#Indundi Sports | Intamba mu rugamba amaguru yose muri Finale

0
Intamba mu rugamba zihejeje gukatisha itike ryo kwitabira urukino rwa nyuma ( Finale ) rw’igikombe ca Cecafa Challenge Cup ririko ribera muri Ethiopie. Hari kuri...