5.5 C
New York
Tuesday, April 20, 2021
Home homepage Umugwi Gicumbi Fc waguze abarundi bane

Umugwi Gicumbi Fc waguze abarundi bane

Umugwi Gicumbi Fc ubandanya witegurira neza ihiganwa ry’umwaka wa 2019-2020 mu kwiyubaka gushasha.

Inyuma yo guha amasezerano yo kumenyereza imyaka ibiri umumenyereza w’umurundi Ismail Nduwantare Gicumbi Fc yasubiye guha amaserano abarundi bashika kuri bane.

1. Nahimana Ismael benshi bazi kw’izina rya Sakho ni umurundi ariko akaba amaze guhabwa ubwenegihugu bw’urwanda mu mwaka uheze yakinira Umugwi Kirehe Fc umaze gukoroka mu cicaro ca kabiri mugihe mu Burundi yavuyeyo akina mu mugwi wa Aigle Noir

2. Nduwimana Junior yahora akinira mu mugwi Les lierres

3. Sibomana Guy Boris nawe nyene akaba yahora akinira Umugwi wa Les lierres

4. Niyonzima Fabrice akaba yahora akinira Umugwi Vital’o Fc

Must Read

Rukinzo yatakaje inkino zibiri za mbere muri Tuniziya.

0
Igihugu ca Tuniziya nico kiriko gitunganya ihiganwa rikomeye rya CAVB rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyabo kuva kw'igenekerezo rya 16 gushika kurya...