5.5 C
New York
Saturday, April 10, 2021
Home homepage #Indundi Sports| Eliminatoire CHAN : Urutonde rw'abakinyi 18 bafashe indege berekeza mu...

#Indundi Sports| Eliminatoire CHAN : Urutonde rw’abakinyi 18 bafashe indege berekeza mu Buganda

 

Umugwi w’intamba mu rugamba w’abakinyi bakina iwacu wafashe indege wekereza mu gihugu c’Ubuganda aho ugiye kwitegurira inkino za CHAN.

Urutonde rw’abakinyi 18 bafashe indege berekeza mu Buganda gukina urukino rwo gusubiriza rwo kurondera itike yo gukina CHAN ruzobahuza n’umugwi wa Sudan y’epfo ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Myandagaro umwaka wa 2019 rwamenyekanye.

Aba nibo 18 baza bafashe indege berekeza mu Buganda :

1) Rukundo Onesime
2)Ndizeye Eric
3)Harerimana Emanuel
4)Issa Hubert
5)Urasenga Dany Cedric Kagabo
6)Amini Abdul
7)Ndayishimiye Yussuf Nyange
8)Iddy Muserem
9)Musore Aroon
10)Ndikumana Landry
11)Dusabe Olivier
12)Rugerinyange Joseph
13)Ndikumana Chris
14)Niyonkuru Eric
15)Karikera Ibrahim
16)Nshimirimana Jospin
17)Gakiza Aimé
18) Bayizere Olivier

Isaha icumi n’imwe z’umugoroba (17h00) niho umugwi ugira kabiri w’abakinyi b’intamba mu rugamba wafata indege werekeza mu gihugu c’Ubuganda mugihe umugwi wa mbere wafashe indege mu gatondo .

Mukamenya y’uko urwo rukino rwimuriwe mu Buganda ko rwari rwateguwe kubera muri Sudan y’epfo bihindurwa mu nyuma kumvo z’uko ikibuga ca Sudan y’epfo kiriko kirasubirwamo gushasha.

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...