5.5 C
New York
Sunday, April 18, 2021
Home homepage Urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba bagiye kwitegurira Tanzania

Urutonde rw’abakinyi 29 b’intamba bagiye kwitegurira Tanzania

Umumenyereza mukuru w’umugwi nserukira gihugu w’intamba murugamba Alain Olivier Niyungeko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Myandagaro umwaka wa 2019 yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 29 b’intamba mu rugamba bagiye kwitegurira urukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo gukina igikombe c’isi yose kizobera muri Qatar mu mwaka wa 2019 ruzobahuza n’umugwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa Stars ruzobera i Bujumbura kuwa 04/09/2019 mugihe urwo gusubiriza narwo ruzobera i Dar es salaam kuwa 08/ 09/2019.

Aba nibo bakinyi 29 batumweko:

1.Ndikumana Justin
2.Nahimana Jonathan
3.Arakaza Mac Arthur
4.Bigirimana David
5.Ngando Omar
6.Moussa Omar
7.Nsabiyumva Frédéric
8.Bacanamwo Joël
9.Ramazani Diamant
10.Harerimana Rachid Léon
11.Ndaye Chancel
12.Duhayindavyi Gael
13.Bigirimana Gael
14.Kwizera Pierrot
15.Amissi Cédrid
16.Nahimana Shassiri
17.Moustafa Francis
18.Kamsoba Elvis
19.Akimana Akonkwa
20.Kasongo Benjamin
21.Ulimwengu Jules
22.Amissi Mohamed
23.Kanakimana Bienvenue
24.Shabani Hussein Tchabalala
25.Fiston Abdoul Razzak
26.Berahino Saido
27.Laudit Mavugo
28.Bimenyimana Bonfils Caleb
29.Shaka Bienvenue

Must Read

Ibibanza bizokwimurirwamwo abatewe n’amazi mu Gatumba vyamaze kuboneka

0
Urwego rw’igihugu rujejwe gukinga impanuka rufadikanije n’ubuyobozi bukuru bujejwe gutunganya ibisagara rumenyesha ko ibibanza vyo kwubakamwo amazu bigera kw'ijana na mirongo itanu bimaze gutegekanywa,...