5.5 C
New York
Sunday, April 11, 2021
Home homepage CECAFA U15 : Intamba zaraye zitsinzwe n'Urwanda mu rukino rwo kurondera ikibanza...

CECAFA U15 : Intamba zaraye zitsinzwe n’Urwanda mu rukino rwo kurondera ikibanza ca gatatu

Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019 mu gihugu ca Erythrea aho umugwi w’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 15 wakina urukino rwa Cecafa rwo guhiganirwa kibanza ca gatatu n’umugwi nserukira gihugu w’Urwanda w’abatarenza imyaka 15.

Urwo rukino iminota 90 yose yararangiye Imigwi yompi inganije igitsindo 1-1 bakaba baciye Baja gutera za perenati umugwi w’Intamba U 15 usezererwa n’Urwanda ibatsinze perenati 4 -2.

Mukamenya y’uko umugwi w’Ubuganda niwo watahukanye ico gikombe ca Cecafa U 15 yariko ibera muri Erythrea ibanje gutsinda igihugu ca Kenya.

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...