Shabiki wa Burundi atowa Siri Taifa Stars inazotumia uwanjani
https://youtu.be/LdRIfmVsjlI
https://youtu.be/LdRIfmVsjlI
https://youtu.be/-Jhnfw05VSQ
Inyuma yo gutsindira ihiganwa rya PRIMUSIC kumyaka 19, ni TETERO yemeza neza ko agiye gushimisha abamutoye kuko bamutoreye kuririmba atari ukuja kuzimira ngo yibagiranwe, aho asaba abarundi n’abarundikazi kumusengera kugira…
https://www.youtube.com/watch?v=sMLcDMI8QxA&feature=youtu.be
Igiporisi co mu ntara ya Rutana casubije inka 42 kuri benezo b’abanyagihugu bo mu gihugu ca Tanzaniya inyuma yaho zifatanywe abantu 4 harimwo umutanzaniya umwe muri zone Kayero komine Mpinga Kayove mu ntara ya Rutana .…
Isaha indwi 13h00 zuzuye zo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umugwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa stars wasesekara ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye mu ntumbero yo kwitegurira…
https://www.youtube.com/watch?v=10_4-s9_do4
Mu kiganiro bakoresheje abanditsi n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitatu zo mu gatondo ari kumwe n'umumenyereza wiwe w'intamba mu rugamba Alain Olivier…
https://www.youtube.com/watch?v=qVPrL1fVHfo
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 03 Nyakanga umwaka wa 2019 isaha zitatu zo mu gatondo (9h00), kibuga c'Intwari, umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yari yaramutse atanga ikiganiro ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.