Yakuriye mw’ibarabara ariko agiye gufasha urwaruka rutariruke kwiteza imbere
Must Read
Francine Niyonsaba avuze rimwe baba barikosoye
Ubwo ibihejeje kuba hagati ya Francine Niyonsaba umunonotsi w’Umurundi na rimwe mu mashirahamwe y’ugutumatumanako amakuru, Econet, vyoba vyerekana ko hari iyindi ntambwe igiye guterwa...