5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home homepage Shaka Bienvenue yatijwe muri Union Sportive Tatouine yo muri Tunisia

Shaka Bienvenue yatijwe muri Union Sportive Tatouine yo muri Tunisia

Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 13 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umusatirizi w’intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yatizwa mu mugwi Union Sportive Tatouine n’umugwi wiwe Etoile Du Sahel, akaba yatijwe ikiringo c’umwaka muri uyo mugwi Union Sportive Tatouine.

Benshi bakaba bakeka y’uko yoba yatijwe muri uyo mugwi bivanye n’ugukomereka kwiwe ivyanatumye ataronka umwanya ukwiye muri uyo mugwi wa Etoile du Sahel wo muri Tunisia.

Mukamenya y’uko Shaka Bienvenue niwe yatowe nk’umusatirizi mwiza w’ihiganwa rya Primus ligue ry’umwaka wa 2017-2018 aho mu nkino 29 zose yakiniye umugwi Aigle Noir yatsinze ibitsindo 30.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....